#Burundi : Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yafashe urugendo yerekeza mu gihugu ca #Tanzania

Spread the love


#Burundi : Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yafashe urugendo yerekeza mu gihugu ca #Tanzania


#Burundi : Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye yafashe urugendo yerekeza mu gihugu ca #Tanzania, akaba yitavye inama nkuru y’abarongoye ibihugu vya Afrika.

source

Reviews

0 %

User Score

0 ratings
Rate This

Sharing

Leave your comment

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Prove your humanity: 8   +   9   =  

41 Comments

  1. KWIRINDA BIRUTA KWIVUZA ARIKO KANDI KWIVUZA KARE UTARASINZIKARA NIVYIZA

    Irinde ibi bibazo kandi wivuze niba Vyarakugezeho:

    👉Diabetes,
    👉umuvuduko ukabije wa maraso
    👉indwara zigitigu,
    👉umutima,
    👉estomac,
    👉amafyigo ,
    👉 ibinure bikabije,
    👉umuvyibuho ukabije,
    👉imitsi,
    👉umugongo,
    👉umutwe udakira,
    👉amaso,
    👉kuvyimbagana,
    👉kunanirwa bikabije,
    👉kugira munda hanini,
    👉kunanirwa cane mubwonko,
    👉kubabara mungingo,

    INDWARA ZO MUBIHIMBA VYIRONDOKA

    👉kwikinisha
    👉kurangiza vuba
    👉gucika intege mugihe cimibonano mpuzabitsina
    👉kudafata umurego kwigitsina ( Disfonctionnement érectile )
    👉kubabara mugihe c'imibonano mpuzabitsina
    👉intanga zabaye ibihubwe
    👉kubura ubushake
    👉nizindi ndwara zibasira igitsina gabo zitavuzwe hejuru tubwire tugufashe

    KUBA GORE

    👉kubura ubushake
    👉kubura amavangingo
    👉kubabara mugihe cimibonano
    👉Kubabara mugihe cimihango ( Dysménorhée )
    👉kunuka mugitsina
    👉Infection vaginal
    👉Imihango itari kurigahunda
    👉kubura uruvyaro
    👉Kuvamwo kwinda
    Ingaruka za PF (planning familiale)
    👉nizindi ndwara tutavuze hejuru

    KUBANA

    👉Kudakura neza
    👉Kubura apetit
    👉Kutangira ibiro bingana nindesho nimyaka
    👉Kurwingira kubwonko

    indwara tutavuze nizo nyinshi bitewe nizo ufise tuvugishe tugufashe

    HANO MUBURUNDI DUKORERA MUGISAGARA CA BUJ UMBURA QUARTIER ROHERO II

    _Hamagara canke utwandikire whatsapp turagufasha +257 65621765

  2. 😂😂😂 𝙎𝙚𝙚 𝙁𝙞𝙧𝙨𝙩 𝙡𝙖𝙙𝙮'𝙨 𝙝𝙖𝙞𝙧😂😂😂😂
    𝙄𝙢𝙗𝙖𝙫𝙪 𝙯𝙖𝙣𝙟𝙮𝙚 𝙬𝙚𝙚𝙚.𝙈𝙗𝙚𝙜𝙖𝙖𝙖 😅𝘾𝙖𝙗𝙞𝙣𝙚𝙩 𝙮𝙤𝙨𝙚 𝙠𝙪𝙧𝙞 𝙖𝙞𝙧𝙥𝙤𝙧𝙩 𝙖𝙗𝙤 𝙗𝙖𝙩𝙚𝙧𝙖 𝙘𝙤𝙪𝙥 𝙙'𝙚𝙩𝙖𝙩 𝙗𝙖𝙨𝙖 𝙠𝙪𝙧𝙞𝙮𝙖😂😂😂😂
    𝙃𝙖𝙞𝙧 𝙝𝙖𝙞𝙧 𝙝𝙖𝙞𝙧 𝙨𝙩𝙮𝙡𝙤 𝙣𝙖𝙩𝙚𝙢𝙗𝙖𝙜𝙖𝙮𝙚

  3. Agiye kuzsna ingabo Zé zasigaye ko arimbarwa m23.koyaberetseko ingabo zuburundi arizandikwa mubitabo gusa zagera kurugamba zigakibitwa nkakabwana kibwa . Emwe abasoda bandayishimyi bbakwiye kuzajya gutozwa na ngabo za kagame❤

  4. Abanyarwanda murarushe umunyeshure akundakuvuga kwishuri akenshi uzosanga arikijuju umunyabwenge akivugiramake abarundi twivugiramake tekane umutiwanyu urikuziko mwankamwemera

  5. Uyu president niwe president wi kigoryi kwisi🤣 nonese iyo agiye mu rugendo aba ministries bagomba kuba bahari? Bamuha icyubahiro . Bataye akazi kandi ngobaje guherekeza ku kibuga ki ndege😂😂😂😂

  6. mediocrity at its best, not lack of resources but poor orgarnisation, dont film it if it wont compete with the other least best, the lowering of heads and chest thrumps is purely displaced in this new era we living

  7. Ariko kweri aya Mahera akotwa iyi ndege kwari Meshi aho ntiyogura Indege yiwe yigenga dollar $11000 kwisaha..iyo bagiye nkuba bamazeyo amasaha 24hr cank trois jours murabona aho mahera ukwo angana🙈🙈🙈🙈🙈🙈

  8. Abahutu imiyoborere yabo iteye agahinda nigute président ajya muruzinduko bakamusasira tapis rouge agaherekezwa nabantu bangana gutya babakozi ba leta bahagaritse akazi baje kumuherekeza gusa kukibuga iki cyubahiro yakagihawe aho agiye apana agiye guhaguruka mu gihugu cye